in the future - u will be able to do some more stuff here,,,!! like pat catgirl- i mean um yeah... for now u can only see others's posts :c
• U Burundi bwemeje ko nta biganiro buri kugirana n’u Rwanda, ivyo bikaba vyashikirijwe n'umuvugizi wa minister y'umutekano aho bari mu kiganiro n'abanyamakuru.
• Umushingamateka Agathon Rwasa, akaba kandi n'uwutavuga rumwe na Leta y'Uburundi, yemeza ko ariwe akiramutswa umugambwe CNL, ibiheruka kuba ngi n'ivy'ubushikiranganji.
• Umuyobozi Mukuru w’Urwego rw’Igihugu Ngishwanama rw’Inararibonye, Tito Rutaremara, yasobanuye impamvu u Rwanda atari ngombwa kongera kwinjira muri Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo nk’uko rwabigenje ku bwa Mobutu Sese Seko na Laurent Désiré Kabila.
• Amasezerano y’u Rwanda na Mozambique yo guhererekanya abakekwaho ibyaha yasinywe muri Kamena 2022, akomeje guteza impaka.
• Uwudafise ubwoya impande y’igitsina atari umutindi, kandi ntatera imikoshi" nkuko vyandikwa n'ikinyamakuru Yaga, aho catanga Testimony y'umwe mu badafise ubwo bwoya.
More on ==> https://youtu.be/BbQvmhyA-nA
0 - 0