Kuziko TV twaje tuhari kugirango dukure igipfungu Kiri ku maso yabantu benshii kugira bashobore gushika kuvyo bifuza mu buzima bwabo kugira bashobore gushika kw'iterambere.
Biciye mu mpanuro, ukuganira nuguhanahana ivyiyumviro kubiduhanze mu buzima bwabo misi yose tugashobora kubona ibikenewe canke bikwiyee kugira umuntu ahinduke Abe la version yiwe yifuza kuba canke iterambere yifuje gushikako mu buzima bwiwe.
Tuzonatumira abantu batandukanye baturusha expƩriences y'ubuzima kugirango bazane intahe zabo nazo zifashe mu guhindura abandi bashike ku nifoto zabo canke kuvyo bifuza gushikako mu buzima bwabo.
Kora subsceibe kuriyi chaƮne kugira hamwe duhinduke duhinduke uburyo twiyumvira dushika kw'iterambere ryacu.