#Girls talk
18 videos • 65 views • by ARGOS TV Suzanne ni umwigeme yaje ava mu gihugu hagati aje gukurikira amashure ya kaminuza, ariko kubera kwipfuza kumera no kubaho nk'abandi bigeme bagezweho, yarahinduye izina ubu yitwa Suzy. Sico gusa, kuko hampande y'izina, ubu ubusuma ngo buramurembeje. Ariko rero si ubusuma bw'amahera. Wibaza ko ari yiba iki? Irabire hano ikiganiro Girls Talk