Channel Avatar

Alvella Muhimbare Official @UCrlzmWnpJGejcNRVNYc6RFg@youtube.com

112K subscribers - no pronouns :c

Alvella Muhimbare is an artist of Gospel Music


Welcoem to posts!!

in the future - u will be able to do some more stuff here,,,!! like pat catgirl- i mean um yeah... for now u can only see others's posts :c

Alvella Muhimbare Official
Posted 1 week ago

Muraho neza bakunzi ?? Nukuri ngarukanywe no gushima mwarakoze cane kunshigikira πŸ™πŸ™

1.8K - 103

Alvella Muhimbare Official
Posted 1 month ago

Mwarakoze cane kunshigikira πŸ™πŸ™ unomusi turaye dukwiye abantu 100.000 (100k) bankurikirana hano kurubuga gwa YouTube! Nukuri UWITEKA ahindura ubusa akabugira igihumbi πŸ™πŸ™

2.7K - 125

Alvella Muhimbare Official
Posted 2 months ago

Muraho neza ?? Gahunda Ni ejo 17h00 zumugoroba nindirimbo yanje nshasha " Yamisi " πŸ₯°πŸ™

3.4K - 114

Alvella Muhimbare Official
Posted 2 months ago

Benshi muri twe ntitwagira ico kwambara mwana waratwambitse πŸ™πŸ™πŸ™
β€œYamisi β€œβ€οΈ

6.4K - 168

Alvella Muhimbare Official
Posted 3 months ago

New song ....... ✍️✍️

1.2K - 36

Alvella Muhimbare Official
Posted 5 months ago

https://youtu.be/tyUAS0rKQHY?si=w8byD...

Nzogukomeza by wema Nella πŸ™πŸ™

18 - 6

Alvella Muhimbare Official
Posted 5 months ago

Abakunzi ndabashimira πŸ™πŸ™
indirimbo yacu "UMUBAVU" ikaba yakwije 500k vues kuri youtube ❀️ reka dukwize 1.000.000 mukurindira ikindi gikogwa gishasha vuba cane πŸ₯°

Thank you Wema Nella manager πŸ™
Thank you Wema Entertaiment my Family πŸ™
Thank you Cizzo Bwoy πŸ™
Thank you Pin pajo Official

1.5K - 53

Alvella Muhimbare Official
Posted 7 months ago

Yaco utinya genda uko inkomezi zawe zingana ❀️

1.1K - 28

Alvella Muhimbare Official
Posted 8 months ago

Soon...... genda ubeho ❀️

1.3K - 49

Alvella Muhimbare Official
Posted 9 months ago

UWITEKA arikumwe nawe wamunyembaraga we, yaco utinya genda uko inkomezi zawe zingana ....πŸ’–

1.1K - 33