Channel Avatar

Look Media Burundi @UCHIkEvnWBdM3lziZJjRJSwQ@youtube.com

881 subscribers - no pronouns :c

“Look Television” is a dynamic, all-encompassing media platf


18:24
CR7 ku myaka 40, azokwiza ibitsindo 1000? Neymar Jr asubiye muhira.
03:45
Dukinisha Abarundi benshi mu murwi iwacu gusumba abanyamahanga.
31:57
"Hari abafyeta iminwe, abandi bagukozeko bagahinduka" niko benshi bapima ko wariye ISHANO.
22:59
Ibipacupacu birashobora kugutungisha, twebwe tubihinguramwo amabuye basasa mu mazu.
18:03
Igisata c'ingenzi mu Burundi, kigiye guhagurukirwa, naco kizane amahera nka OBR kandi birashoboka.
28:02
CHAMPIONS LEAGUE | VBL | AFROCAN | NBA vyose mu kiganiro LOOK SPORTS na A. Lauris NDONGOZI.
06:53
Abakinyi n'imirwi bamaze guhitanwa n'amasanganya.
21:21
IA, benshi bazotakaza ubuzi kubera ubwo buhinga, menya vyinshi n'icokorwa.
07:40
"AVC" n'indwara ivurwa? Ibimenyetso n'ibihe? N'igiki kiyitera? Twoyirinda gute? Dr Jolis NZISABIRA.
01:14
Evariste NDAYISHIMIYE, Umukuru w’Igihugu c’Uburundi : «Uwabaye uwa mbere»
05:14
LABO CBIO-24 yaragiriye ibipimo bitandukanye abakozi ba CRDB mu ntumbero yo kumenya amagara yabo.
27:54
Inkino mu Burundi hamwe no ku mugabane wa bulaya: FC BARCELONA itsinda 5, MAN CITY yaratakaje.
03:17
Uburundi bufise ibibanza vy'iratiro vyiza, ubu twarahagurukiye iki gisata kizane amahera.
09:01
Umurwi nserukiragihugu w'abakobwa uriko uritegura kuja mu nkino za AFROCAN 2025.
14:25
Inzoga nyinshi, inyama nyinshi, biratuma worwara indwara y'umutima? Menya ibimenyetso hakiri kare.
12:03
Saido, Mac Arthur, Selemani, Drama T n'abandi bakinyi bari baje mu birori vya JUBILE ya YAOUNDE.
02:29
Izi nizo ngaruka mbi z'amashiga atatu akoreshwa na benshi.
04:37
Menya kahise ku bijanye na "EL CLASICO" ihuza imirwi ikundwa na benshi FC Barcelona na Real Madrid
05:42
Mw'isoko ya Ngozi, OBR yasanze abadandaza batari bake batariha amakori
24:26
Mbega FEBABU ntiyihuse gufata ingingo? Akunguko ni akahe? Landry ikibanza ciwe n'icambere.
01:39
Igiterwa cose kirafise urugero rw'amazi gikenera kugira gikure neza.
12:32
Hariko hararonderwa impano mu bana badashikana imyaka 15 mu mupira w'amaguru mu Burundi.
05:56
Imashine irima izokora akazi k'abantu, izobagara, ivomere n'ibindi vyinshi.
13:00
Mbega wewe umwaka wa 2025 wawutanguriye hehe? Uku niko wahimbajwe mu gisagara ca Bujumbura.
06:00
Ubunani tuzobuhimbaza ariko si nka kera.
07:01
Irabire ANT ROBOTIC, imashine yakozwe n'umurundi izofasha mu gisata c'uburimyi.
02:39
Evariste NDAYISHIMIYE:"Ubutare buzokurikiranwa na Leta y'Uburundi ifadikanije n'abahinga na SOTREVO"
02:18
Evariste NDAYISHIMIYE : "Hariho umuntu ashobora kuvuga, jewe ndemeye wibe imiliyoni 500, uzompe 50".
02:56
Inyishu za Evariste NDAYISHIMIYE, Umukuru w'Igihugu ku bibazo yabajijwe, n'ibigiye gukorwa na Leta.
02:06
Twarabuze ibinyobwa vya Brarudi kuri Noheli, nta cizere ko zizoboneka ku Bunani.
01:31
Abana bazoserukira Uburundi muri Afrika mu nkino za TENNIS, bariko barakora imyimenyerezo.
02:06
Evariste NDAYISHIMIYE : "Ibanki nkuru y'igihugu BRB ndayiraba neza n'ivuye inyuma."
02:12
Evariste NDAYISHIMIYE :"Amabanki yo mu Burundi ariyicariye ngo naba bosi aho kuja kudandaza amahera"
04:35
Muri FEBABU, Ishirahamwe ry'umupira w'amaboko mu Burundi, ibi nivyo vyaranguwe bikuru bikuru.
02:19
Evariste NDAYISHIMIYE :" Uwuzovuga ko ata mahera afise mu 2025, azoca yerekana ico yakoze agahomba."
02:16
Evariste NDAYISHIMIYE :" Twarankanye nabo mu bushikiranganji bw'ubutunzi, ngo ndabinjirira mu kazi."
02:13
Evariste NDAYISHIMIYE : "Murazi ingene mugaya BRB, Umwungere agendana inkoni n'ubuhiri."
07:09
Protegeons les femmes et filles contre les VBG.
02:15
Umurwi wa ESTETICA VBC uriteguye guhangana n'iyindi mirwi mw'ihiganwa rya Volleyball mu Burundi.
02:16
Umurwi wa AMICALE uraremesha abakunzi bawo ko bazokwigenza neza mw'ihiganwa rigiye gutangura.
03:14
Hagiye kuboneka ibibuga 2 vya kijambere bizofasha mu kwinonora imitsi.
04:02
"Amafaranga y'amarundi afise agaciro mu Burundi, ahandi ntayo bakoresha, muvyumve."
00:32
Umuriro waraye wononye ibitari bike kuri ADAMS TRADING muri Asiatique.
02:20
Abagendana ubumuga nabo barafise impano, bashigikiwe botera imbere bagateza imbere igihugu.
02:18
Imiliyalidi zirenga 2 niyo mahera yagarujwe na OBR mu mezi 4 aheze.
00:57
Urunani BBC vient de créer la sensation en s'imposant contre les Ougandais de City Oilers